Niyoyita Aloys 新しい記事を作成しました
2 年 - 翻訳

Kamala Harris: Ni we mugore wa mbere yahawe amabanga akomeye cyane y'umukuru w'igihugu wa US (mu kiringo gito) | #Rtv

Kamala Harris: Ni we mugore wa mbere yahawe amabanga akomeye cyane y'umukuru w'igihugu wa US (mu kiringo gito)

Kamala Harris: Ni we mugore wa mbere yahawe amabanga akomeye cyane y'umukuru w'igihugu wa US (mu kiringo gito)

Icegera c'umukuru w'igihugu wa Amerika Kamala Harris ni we yaraye abaye umugore wa mbere ahawe amabanga akomeye cyane yo kurongora igihugu - mu kiringo gito - igihe Joe Biden yari ku bipimo yama akorerwa.

Umupfasoni Harris, 57, yamaze iminota 85 ari we arongoye igihugu

Install Palscity app