1 y - Translate

IMITOMA 25 WOBWIRA UMUKUNZI WAWE

Yaba umugore/umukobwa mukundana burigihe ahora ashaka kwumva amagambo meza ava mu kanwa k'uwo bakundana kuko akenshi bakunda guhayagizwa/guteteshwa

Igihe uvuga ano majambo Zugerageza uterekana ubwoba imbere y'uwo mukundanye

1.Abakobwa benshi bagenza neza ariko weho urabarusha

2.Ivyo nkora vyose ni ukugira nzabane nawe ubuzima bwanje bwose

3.Sinakurutisha amafaranga canke ibindi bintu kuri ino si kuko wewe uri uwagaciro kadasanzwe mu buzima bwanje

4.Amajambo ntabwo ahagije ngo nkusobanuririre urwo ngukunda:-ni wewe mwamikazi wanje mu bwami bw'ubuzima bwanje
-Ni wewe rumuri rumurikira umutima wanje mu mwijima w'ubuzima bwanje

5.Nta kindi nkwipfuzaho uretse amahoro n'ivyishimo mu buzima tuzaba dutuyemwo

6.Iyo usetse utuma umubabaro wanje ushira,iyo ubabaye mbabara kurushaho kuko niwe munezero w'ubuzima bwanje

7.Umwanya marana nawe nink'umuco mwiza amafaranga adashobora kugura

8.Intoki zawe zijanye n'izanje umunsi wo kwambikana impeta

9.Uri igice c'ubuzima bwanje gituma mba umuntu yuzuye

10.Nzemera nce mubikomeye n'ibihome byose ariko nzabane nawe

11.Amazi amara inyota,imfungugwa zimara inzara ariko wewe uri buri cose mubuzima bwanje gituma mbaho nez

12.Kugukunda ninko kwibera muri paradiso canke mw'ijuru

13.Sinshobora guhagarikira kugutekereza kuko umutima utera unyibutsa wewe niba urukundo ari impumyi sinkibashije kubona umuco w'umunsi,niba ari icaha nkuko babivuga reka nibere umunyavyaha

14.Uko buca urushaho kuba mwiza,ubwiza bwawe sinabugereranya nundi muntu niwe kabavu kanje Imana yakuye mu mara yanje

15.Ndagukunda bikandenga,nshimira Imana yo yampuje nawe kugukunda biryohera umutima wanje

16.Sinzakwanga ataco nguhoye kuko wankunze ataco nguhaye nawe ntuzansige ntaco ngutwaye "this is a promise to keep forever"

17.Abasore benshi bashakisha ivyubahiro,amafaranga ariko urukundo ico nico nshaka niko wewe uhora iruhande yanje
18.Ntabwo ngukundira uwo uriwe gusa ahubwo ngukundira n'uwo wabaye we nuwo mbawe igihe turikumwe
19.urimwiza ese wonyemerera tukagumana iteka ryose
20.Narindiye igihe kinini kugira mbone uwumeze nkawe
21.Niwe mugore nipfuje mubuzima bwanje ❤
22.ijwi ryawe riryohera amatwi yanje mpora nipfuza kowogumuvuga

23.Niwewe mukobwa mwiza nabonye kwiyisi
24.Nijewe musore wishimiye kurinosi yuhoraho
25.Ngukunda uyumusi Nzogukunda nejo kandi nzokomeza ngukunda nanyuma yiyisi ❤❤❤🙏🙏

#call_memrndabivuga4life
#msuva_promoterbdi

image

Install Palscity app