•INO NKURU IRABABAJE CANE•

Umupasitori umwe bwakeye yitegura kugira aje ku rusengero hashize akanya abona umugore wiwe asohotse akorora amosozi aramubaza ikimuriza amwishura ati:"umwana wacu yitabye Imana"

Pasitori abwira umugore ati:itegure mugore wanjye tuje guhimbaza Imana/gusenga

Umugore n'ishavu n'akantu yishura umugabo wiwe ati:ubwo wewe urakomeye ?ushaka uje gusenga wapfishije umwana ?

umugabo yishura ati:Imana imbere ibindi bikurikira mvuye guhimbaza Imana

Bafata wa mwana baramufuka neza ishuka bose baja gusenga

Uwo munsi pasitori yasanze urusengero rwuzuye abantu abandi babuze aho bicara arigisha ubutumwa abantu benshi barakizwa arangije kuvuga ubutumwa akorora amosozi menshi maze abwira abaraho ati:nubwo bimeze kuno kubw'icyubahiro c'Imana naje kuvuga ubutumwa umwana wanjye yapfuye

abaraho bose buzura agahinda

Pasitori n'umugore batashe abari baje bose uwo munsi bajana nabo ariko igitangaza cahabaye basanze umwana ariko yikinira abajanye na pasitori baratangara bamubaza ati:none ko dusanze akomeye ?

Pasitori areba umugore nabo bajanye bose maze abishura ati:"rondere ubwami bw'Imana mbere ibindi muzobyongegwa" umwana wanjye yari yapfuye ariko kubw'ubushobozi bw'Imana nsanze ari muzima/yamwongeye umwuka w'abazima

"Ahari agahinda huzura umunezero"

"Nta wizigiye Imana yakozwe n'isoni"
"Nta nuwayizeye yabaye umuhombe"

Mbabaririra kukubaza kano kabazo .ubwo Imana yoba ari Iya mbere mu buzima bwawe???

Niba ari Iya mbere reka ibyo uriko ukora aka kanya urungike buno butumwa mu magroup 4 ugaragaze ubushobozi bwayo nayo izakwiyereka muri byinshi

"Imana iragukunda"

Niba uzi Imana ko ikora ibitangaza sangiza abandi buno butumwa uheze uyiheshe icyubahiro

Nkwifurije kuzamurwa no kwakira igitangaza:

_Mu kazi kawe
_Mu mashure yawe
_Mu bugumba bwawe
_Mu bushomeri bwawe
_Mu rudandaza rwawe
_Mu rugo rwawe
_Mu bibazo byawe
_Mu marira yawe
_Mu bukumi/mu busore bwawe (uronke umugabo/umugore yubaha Imana akanaguha agaciro amenya agaciro ku rugo)

Umugisha wururukire mu buzima bwawe

Atura n'ijwi ryawe nti:"Bibe ukugomba Mwami"

IMANA IHEZAGIRE WEWE UGIYE GUSIGA IJAMBO RIHESHA IMANA ICYUBAHIRO NO GUSANGIZA ABANDI BUNO BUTUMWA UZOBA UBAHEZAGIYE NAWE UZAHEZAGIGWA

Install Palscity app