Nirere Grace created a new article
3 yrs - Translate

Kamala Harris: Ni we mugore wa mbere na mbere yahawe amabanga y'umukuru w'igihugu wa US (mu kiringo gito) | #Tv1

Kamala Harris: Ni we mugore wa mbere na mbere yahawe amabanga y'umukuru w'igihugu wa US (mu kiringo gito)

Kamala Harris: Ni we mugore wa mbere na mbere yahawe amabanga y'umukuru w'igihugu wa US (mu kiringo gito)

Kuri ubu Icegera c'umukuru w'igihugu wa Amerika Kamala Harris ni we yaraye abaye umugore wa mbere ahawe amabanga yo kurongora igihugu - mu kiringo gito - igihe Joe Biden yari ku bipimo yama akorerwa.

Umupfasoni Harris, 57, yamaze iminota 85 ari we arongoye igihugu, mu

Install Palscity app