John10:10
Igisuma ntikizanwa nikindi atari ukwiba ukwica nogutikiza ariko jeho nanje kugira zironke ubugingo kandi ziburonke busagutse
Guys va mubuzima bwo kuganya cose imana yaratanze umwana wayo nkikiguzi cuzuye yesu ntiyigeze yiyumvira ko kuringanira n'imana ari ikintu co kumirako yemera gusiga vyose kugira uyu musi widegemvye nubwo isi iriko ikwereka ko birangiye cnk abakuzungurutse bakomeje kuguca intege reka ndakwibutse ko nubwo igiti gicabwa kiba kigifise ivyizigiro vyuko kizosubira kunaga hanga amaso kristo nkuko dawidi yabikoze ngo nzunamurira amaso yanje kumisozi ugutabarwa kwanje kuzova kuwahevye vyose kubwanje uyo niwe atigeze yiyumvira ko kuringanira n'imana arikintu cokumiraho nukuri yesu aragukunda kandi kurusha uko uvyibaza ivyo wibaza ko bidakunda kuriwe birakunda bisaba gushira ivyo uhanze amaso hasi ukizera kristo kuko niwe shusho y'imana itagara gara my jesus urukundo rwiwe uguharira kwiwe ntiyigera abihindura kandintatoranya kubutoni yakira uwumuganye wese guys umuntu wese ari busome aya makuru imana imuhezagire cne be blessed
Follow by Instagram: houston whalton facebook: houston whalton
Whastapp:+25761088980
Install Palscity app
Charles Titus
Delete Comment
Are you sure that you want to delete this comment ?